mercredi 24 août 2016

Ubutumwa ku barundi butegura iza ry-Ubwami mu Burundi (Message de la prophetesse MUREBWAYIRE Marie Esther)




Ubutumwa ku barundi butegura iza ry-Ubwami mu Burundi
(Message de la prophetesse MUREBWAYIRE Marie Esther)


8 commentaires:

  1. Ivyo n'Ukurikuko intwaro ya Cami i Burundi niyo yonyene itigeze ihonya abantu ibahora ubwoko bwabo! Ntagitangaje rero Imana ishoboye guhitamwo ce système qui n'a pas de sang sur ses mains! GLOIRE AU SEIGNEUR JESUS-CHRIST!

    RépondreSupprimer
  2. La Parole de Dieu nous demande d'examiner toute prophétie. Et nous prophétisons en partie.

    1)Quand Dieu donne un message, le prophète ou la prophètesse donne la totalité et non une partie. Uburundi bozoba umukungugu, Urwanda ruhinduke ivyondo. Mbega hagati y'umukungugu, n'ivyondo umuntu yotora kuryama he ? Nimba ubwo butumwa buvuye ku Mana, burira abarundi n'abanyarwanda hamwe.
    2)Imana izanye Ubwami mu Burundi. Abo banyamahanga bazohindura Uburundi umukungugu, sont-ils plus justes que les Burundais ?
    3) Si L'Eternel décide de faire du Burundi un modèle mondial pour glorifier son Nom, Il est Souverain et Créateur de la vie.
    Veuillez donc à ne pas dire ce que l'Eternel n'a pas dit. Ne pas ajouter et ne pas retrancher.



    RépondreSupprimer
  3. Si l'Eternel décide de faire du Burundi un modèle mondial pour glorifier son Nom, Il est Souverain et Créateur de la vie.
    Uburundi buzohinduka umukungugu, Urwanda ruzohinduka ivyondo.
    Mbega hagati y'umukungugu n'ivyondo wewe wontora kuryama hehe, canke kuba hehe ?
    Burira rero Abarundi n'Anyarwanda hamwe. Ne pas ajouter et ne pas retrancher. Ntuvuge ukwirikije yuko bagufashe nabi i Burundi.
    Mbega abo banyamahanga bozohindura Uburundi umukungugu bazova he ? Sont-ils plus justes que les Burundais ? Sont-ils des anges comme à Sodome et Gomore ?
    Imana izanye ubwami mu Burundi:Imana ibonye umuntu mu Burundi.Mbega hamw'Abarundi bohindukirira Imana bakihana, Uburundi bozoba umukungugu ? Canke Abanyarwanda bahindukiriye Imana bakihana Urwanda ruzoba ivyondo ?

    RépondreSupprimer
  4. Nkuko mubibona uyo anonyme ni jewe nyene. internet iraguha izina utaravye neza.
    Ehe rero uko jewe nobisigura muncamake. Uhoraho yabwiye abanyepolitike b'i Burundi n'abo mu Rwanda, iti bataravye neza bagatuma ivyo bihugu bibiri birwana, Uburundi buzoba umukungugu, Urwanda ruzoba ivyondo. Abanyepolitike rero nibahitemwo ico bashaka yuko ivyo bihugu bibiri biba .
    Ivyo nibigaragara

    RépondreSupprimer
  5. UBUHANUZI,UBWARIBWO BWOSE BURAZA ABABWUMVISE TUKABURORERA KO BUSHIKA,ARIKO ICO NEMEYE MURUBWO NUKO KOKO MU BURUNDI ABEMERA IBIGIRWAMANA BARIHO KANDI NI BENSHI,KANDI MU BIBABAZA IMANA ICO KIRIMWO...,IVYUKWIMIKA UMWAMI SIVYO VYIGICIRO,IVYIKIMAZI NUKWIMIKA UWUBAHA IMANA AKANAYIKUNDISHA ABANYAGIHUGU,IBISIGAYE REKA TUBIHE UMWANYA KUKO N'EJO HAZOZA UWUNDI KANDI N'ABANDI BAZOZA ABUKURI NABATARI AB UKURI,TURI MU BIHE VY IHEREZO AHO N UWURAZANGANYE AZAVUGAKO YAVUGISHIJWE.

    RépondreSupprimer
  6. None wewe nawe ubaye umuhanuzi ko usiguye ubuhanuzi utahawe ? Reka gutanga insiguro kuko Imana niyo yonyene isigura ijambo ryayo icishije kuwo ishaka. Ibi uyu mudamu avuze nimba bivuye ku mana bizoshika uko Uhoraho abigomba. Nimba naho ari umurwanizi bizoherera aha nyene kuri Bujumbura News.

    RépondreSupprimer
    Réponses
    1. Uvuze ngo:" Reka gutanga insiguro kuko Imana niyo yonyene isigura ijambo ryayo icishije kuwo ishaka"
      Ndakumenyesha yukw'Imana ikunda umuntu yibaza ivy'ivuze ivyar'ivyo. Irakunda umuntu agomba gutahura ic'ivuze. Aho Yona yabwiye abo muri Ninive ko bozohona, abo muri Ninive barabitahuye barihana hanyuma ntibahona. La parole de Dieu nous met en garde et nous dit de vérifier toute prophétie. On ne peut pas vérifier sans chercher à savoir l'explication de ce que l'Eternel dit. C'est quand tu cherches à savoir ce que l'Eternel veut dire qu'Il te le dira. Ce qu'il ne faut jamais faire, c'est mépriser la prophétie.

      Supprimer
  7. Imana Ibandanye Ikwihishurira , Ikurinde kandi ikuzigame nabawe bose

    AMEN REve5:5

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.