mardi 15 mars 2016

Un espion rwandais présenté devant trois diplomates

Le militaire rwandais récemment capturé par les forces de l'ordre en province de Muyinga a été présenté Lundi 14 Mars 2016 aux Ambassadeurs ougandais, kenyan et tanzanien accrédités à Bujumbura. 
 
Le Caporal RUCYAHINTARE Cyprien a réaffirmé devant ces diplomates qu'il était venu au Burundi en mission d'espionnage pour déstabiliser le pays. Ce militaire a avoué que beaucoup de réunions ont été déjà eu lieu sur le territoire rwandais dans l'objectif de préparer les attaques contre le Burundi. Il a également précisé que ce plan d'attaque contre le Burundi est en train d'être préparé par le Rwanda en collaboration avec les putschistes burundais.
 
 Mardi, le 15/03/2016, http://rtnb.bi/fr/

12 commentaires:

  1. reka ivyo bihendwa bana iyo nterahamwe yarambiwe n'ivyisi nkuru namuhembe ibikwiranye nivyo yakoreye abana b'urwanda n'uburundi mukumushikanayo.

    RépondreSupprimer
  2. Ewegayeeeeee! Mbega ikinyoma cambaye ubusa!Uwo ntimubona ko ari Interahamwe kweli!Ha abarundi barakobeje mububeshi kabisa ,yamara vyabananiye!Gezaho gezahoooooooo!

    RépondreSupprimer
  3. Ewegayeeeeee! Mbega ikinyoma cambaye ubusa!Uwo ntimubona ko ari Interahamwe kweli!Ha abarundi barakobeje mububeshi kabisa ,yamara vyabananiye!Gezaho gezahoooooooo!

    RépondreSupprimer
  4. Urwanda rwo si Mutakura, Musaga, Ngagara!

    RépondreSupprimer
  5. Uyu mugabo ni umu FPR canke ni umu FDLR??? Muradutohoreza mutubwire! Il a l'air d'un acharné que d'un captif!

    RépondreSupprimer
  6. son propre pere a reconnu k c est un petit voleur d haricots

    RépondreSupprimer
  7. Quand je pense que meme sa famille n'en pouvait plus de sa delinquance et que le gouvernement Burundais le transforme en militaire Rwandais!! Pauvre gouvernement, quelle bassesse, quelle incapacité!

    RépondreSupprimer
  8. Negatif, c'est pas vrai. mm sa famille et son frere ont donne son identite. C'est un bandit qui a fuit la poursuite qd il a vole les chevres et les richesses de son pere. Son frere est contrain de payer a sa place. Il avait fuit vers sa tante qui habite a MUYINGA d' ou il a ete arrete. Meme la police a dit que cet homme ne s'est pas rendu mais a ete arrete.Soyons serieux qd mm.

    RépondreSupprimer
  9. I urge these diplomats involved to undertake a verification mission of the presented case and the related information in Rwandan army and community for the truth to be known. Otherwise, we will end up hailing or condemning news with no foundation. This is very important particularly now it starts involving diplomatic missions of Tanzania and Uganda.

    RépondreSupprimer
  10. Rucyahintare Cyprien, awuheruka kwerekanwa n’igiporisi c’Uburundi bavuga ko ari umusirikare w’Urwanda yafatiwe mu Burundi mu bikorwa vy’ugusuma urusaku, nawe nyene akemeza ko mu ngabo z’Urwanda, vyabeshujwe na se amuvyara. Uwo muvyeyi wiwe atanze umuco inyuma y’aho n’igisirikare c’Urwanda kivugiye ko iryo zina ritabaho muri ico gisirikare. Vyinshi ku myidondoro y’uwo yafashwe bivugwa n’umuvyeyi se wiwe, akavuga ko umwana wiwe arangwa n’ubusuma.

    Rucyahintare Cyprien ni mwene Nsabimana Esdras na Nyirangendahimana akaba yaravutse mu mwaka w’1994. Yahora aba mu Mudugudu wa Mugina, akagari ka Kintambwe mu Murenge wa Rweru, aho ni mu Karere ka Bugesera. Ni umwana w’indwi mu bana umunani.

    Se wiwe ariwe Nsabimana avuga ko umuhungu wiwe akazi kari kamutunze ari ukwiba, ko ata gisirikare yigeze ajamwo. Yavuze ko ubwa mbere yiba inkoko, mu nyuma yiba impene.

    Mu kwezi kwa Munyonyo 2015, Cyprien Rucyahintare yagirijwe icaha c’ubusuma, igihe we na mugenzi we babomora inzu y’umunyagihugu azwi kw’izina rya Nyirahabimana Athanasie, bakamwiba amafaranga ibihumbi 150 vy’amanyarwanda.

    Ubwa mbere igiporisi c’Urwanda camutaye muri yompi, apfungirwa ku kirindiro ca Batima, mu Murenge wa Rweru, mu nyuma ajanwa ahakorera igiporisi i Nyamata, aho yavuye ashikirizwa sentare.
    Cyprien Rucyahintare yaratsinzwe muri urwo rubanza, asabirwa kuriha ivyo yivye, ariho nawe yaca agurisha ivyo atunze kugira ashobore kuriha.

    Nsabimana umuvyeyi wa Rucyahintare avuga ingene umuhungu wiwe yarangwa n’imico mibi. Yagize ati : « Ubwo arambwira ati njyewe mpa amafaranga, mpa ahongaho ibihumbi 70 nigarurize isambu kuko nari mfite andi. Nti uragaruza isambu se ninjye wayihaye ? Ati byihorere amafaranga nazayiha. Bukeye nibwo yanteye nijoro, antwara umufuka w’ibishyimbo, hashize iminsi numva ngo Sipiriyani yaragiye ntawe uhari. »

    RépondreSupprimer
  11. Uwo mutama abandanya agira ati : « Ntabwo namubaraga mu bandi bana. Ntabwo nari gusiga ntegetseho ngo nsohoke. Mu bana banjye niwe wananiye. Naho ibyo bavuga ngo ni umusirikare, nta busirikare bwe nzi. Oya, ntabwo nzi rwose. »

    Kuvyo Rucyahintare yashikirije ko yavukiye muri Uganda, se wiwe arabibeshuza, akavuga ko ari umwana wiwe yivyariye, kandi ko yamuvyariye mu Rwanda.
    Ku bijanye n’ivyo umuhungu wiwe yashikirije ko yahora akunda kuja mu gihugu ca Uganda, Nsabimana yishuye ati : « Ntabwo mbizi kuko yari indara, ntiyambwiraga ngo ngiye aha. Nta n’umusirikare ndamubonana nawe ngo mbone barimo baratemberana. »
    Uwo muvyeyi avuga ko ivyo umuhungu wiwe yakoze azobibazwa ku gatwe kiwe

    « Maze kumva ko yafashwe naravuze nti urwishigishiye ararusoma. Ubwo izo ndonke yashakaga ashatse yazizira. Ntabwo yigeze aba umusirikare, nta mwana wanjye wigeze aba umusirikare. Nta n’umwe. »

    Ntiribaye irya mbere akora ibintu nk’ivyo

    Mukuru wa Rucyahintare azwi kw’izina rya Nsabimana Joel avuga ko murumuna we yari ameze nk’umuntu afise ingwara yo mu mutwe kuko ico yabazwa atarico yishura, ndetse akaba yari amaze kurwara mu mutwe incuro zitatu, bakarara baramuboha mw’ijoro.

    Uwo muvukanyi wa Rucyahintare avuga ko na mbere y’ivyo yigeze kuja mu bintu nk’ivyo yafatiwemwo mu Burundi, aza gufatirwa ku mupaka ahitwa Nyirarubomboza, ajanwa ku murenge, avuga ko yari arindiriye Abarundi bakorana mu busuma bw’abitwaje ibirwanisho.
    Ico gihe yarabajijwe ico bari bagiye gukora, yishura ko bashaka kuja kwiba ahantu ku murwa mukuru, n’aho nyene akavuga amajambo menshi adahura, akemeza ko akorana n’uwitwa Nyamwasa, bituma akekwako uburwayi bwo mu mutwe.

    RépondreSupprimer
  12. Joel mukuru wa Rucyahintare avuga ko batari baherutse kumubona, inyuma y’aho gato bakaba bagiye kwumva amakuru ko yafatiwe mu Burundi.
    Abanyarwanda bacuruza amafi mu Burundi nibo batanze amakuru ku muryango wa Rucyahintare ko yashitse mu Burundi aca arahafatirwa. Abo batanze ayo makuru bavuga ko bamubonye yurizwa imodoka y’igisirikare, bakavuga ko uwo bari bajanye bamwishe.

    Sindikubwaho Syvestre, Umukuru w’Umudugudu wa Mugina mu Kagari ka Kintambwe, avuga ko inyuma yo kumva ko Rucyahintare avuga ko ari umusirikare, abanyagihugu bose bumiwe bitewe n’uko bari basanzwe bazi ko ari umusuma karuhariwe.

    RépondreSupprimer

Avis aux lecteurs,

Dans le soucis de préserver l'originalité des articles et le respect des auteurs ...
Dorénavant, ceux qui veulent faire des commentaires sur les articles sélectionnés par notre Webmaster sont priés de rédiger des articles et les envoyer via notre mail (bujanews@gmail.com) pour publication.
Fidèle à notre sens du partage de l'information, nous vous garantissons la publication de vos articles.

Merci de la bonne compréhension.

La Direction des Publications

Remarque : Seul un membre de ce blog est autorisé à enregistrer un commentaire.